Goma, which lies at the foot of a volcano near Lake Kivu, sits on the border with Rwanda. It is the capital of mineral-rich North Kivu province - and is an important trading and humanitarian hub ...
Incuro nyinshi, umuhari M23 wagarukiye kw'irembo rya Goma, ariko urahava urafata ico gisagara. "Intambara z'ubu n'izo mu 2012 ziratandukanye", intahe y'uwabonye M23 ifata Goma n'ico gihe.